Saturday, October 13, 2007

kuki reta yacu ya congo i rwanya y'uko twibuka bacu??


reka mwese tu bibutse yuko bamwe mubagize guvernoma
yakabila babajijwe hejuru yokwibuka inzira karengane
zacu zo mugatumba na handi barirenga bararahira
ngo izonzirakarengane, ntazo bazi kuki se tutohaguruka
ndavuga abarimbere yubgo bakarega abakoreye abacu itsembamba tsemba bakaja murukiko mpuza mahanga
gira ico ubwira abategetsi bacu. wewe wese umunyamurenge usoma iyi blog. natwe tugomba gushingura abacu mucubahiro kandi muhore mwibuka yuko twabashinguye mu muburundi kandi siho iwabo rero kuminsi 13.08 za buri mwaka turasaba
ubunyamurenge wese kuza yibuka ndetse akagira ico avuga wenda akana vuga ngo never again gira ico uvaga kurizi tariki.

No comments:

Ubaye Umushitse uwa